Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 1:5 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

5 Salimoni yavyaye Bowazi kuri Rahabu, Bowazi yavyaye Obedi kuri Rusi, Obedi yavyaye Isayi,

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

5 Salumoni yavyaye Bowazi kuri Rahabu, Bowazi yavyaye Obedi kuri Rusi, Obedi yavyaye Isayi,

Gade chapit la Kopi




Matayo 1:5
13 Referans Kwoze  

Ukwizera ni kwo kwatumye Rahabu, wa mumaraya, adapfana n’abagararije Imana, kuko yakiranye umutima mwiza abatasi b’Abisirayeli.


Kandi muri iyo ntumbero nyene, mbega Rahabu maraya ntiyemewe nk’uwugororotse bivuye ku vyo yakoze igihe yaha indaro ba batasi kandi akabarungika abacishije mu yindi nzira?


Dawidi mwene Isayi, Isayi mwene Obedi, Obedi mwene Bowazi, Bowazi mwene Salumoni, Salumoni mwene Nahashoni,


Ramu yavyaye Aminadabu, Aminadabu yavyaye Nahashoni, Nahashoni yavyaye Salimoni,


hanyuma Isayi avyara umwami Dawidi. Dawidi na we yavyaye Salomo, amuvyara kuri Batisheba yahora ari muka Uriya,


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite