Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 1:25 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

25 Ariko ntibigeze baryamana nk’umugore n’umugabo kugeza amaze kuvyara uwo mwana w’umuhungu; hanyuma amwita Yesu.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

25 Kandi ntiyigera amwēgēra gushitsa aho yavyariye umwana w’umuhungu; araheza amwita YESU.

Gade chapit la Kopi




Matayo 1:25
10 Referans Kwoze  

Ku musi ugira umunani, wa mwana amaze gukebwa, bamwita Yesu, nk’uko umumarayika yari yarabwiye Mariya imbere y’uko asama inda yiwe.


maze avyara umwana wiwe w’imfura, amuzingira mu mpuzu z’uruyoya, aca amuryamika mu bwato inka ziriramwo, kuko bari babuze ikibanza mu nzu y’ingenzi.


Azovyara umwana w’umuhungu, nawe uze umwite Yesu, kuko ari we azokiza abantu biwe ivyaha vyabo.”


Kuko Imana yabamenye kera, ibatoraniriza gusa n’Umwana wayo imbere y’igihe, kugira ngo abe imfura muri bene Se benshi.


Yosefu amaze kwikangura, aca akora ivyo umumarayika w’Umwami Imana yamubwiye, atwara Mariya iwe nk’umugore wiwe.


Raba ugiye gusama inda, maze uvyare umwana w’umuhungu, kandi uze umwite Yesu.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite