Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Matayo 1:17 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

17 Ni ukuvuga ko habayeho urukurikirane rw’imiryango cumi n’ine kuva kuri Aburahamu gushika kuri Dawidi; n’iyindi cumi n’ine kuva kuri Dawidi gushika igihe bajanwa kuba abanyagano i Babiloni; hongera haba urundi rukurikirane rw’imiryango cumi n’ine kuva bagarutse bavuye mu buja gushika kuri Kristo.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

17 Nuko ba sekuruza bose guhera kuri Aburahamu gushitsa kuri Dawidi n’icumi na bane, kandi guhera kuri Dawidi gushitsa ku gihe co kwambukanwa i Babuloni n’icumi na bane, kandi guhera ku gihe co kwambukanwa i Babuloni gushitsa kuri Kristo n’icumi na bane nyene.

Gade chapit la Kopi




Matayo 1:17
5 Referans Kwoze  

Nuko Andereya aca aja kurondera mwene nyina Simoni, amubwira ati: “Twabonye Mesiya” (bisigura Kristo).


Yohana ari mw’ibohero, yumva ivyerekeye ibikorwa vya Kristo, hanyuma amutumako abigishwa biwe kumubaza bati:


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite