Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Mariko 1:3 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

3 “Ni ijwi ry’uwusemerera mu bugaragwa, ati: ‘Nimutegurire Uhoraho aho aca, mugorore inzira agenderamwo.’ ”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 Ijwi ry’ūsemererera mu bugaragwa, Ati Ni mutegure inzira y’Uhoraho, Mugorore iz’ ibihamo ziwe.

Gade chapit la Kopi




Mariko 1:3
8 Referans Kwoze  

Uwo Yohana ni we yari yaravuzwe n’uwavugishwa n’Imana Yesaya, igihe yavuga ati: “Hari ijwi ry’uwusemerera mu bugaragwa ati: ‘Nimutegurire Uhoraho aho aca, mugorore inzira agenderamwo.’”


(Yohana yamushingiye intahe aho yasemerera ati: “Uwu ni we navugako igihe navuga nti: ‘Uwuje inyuma yanje aranduta cane kuko yariho jewe ntarabaho.’ ”)


Haciye igihe haza Yohana Umubatizi, yigishiriza mu bugaragwa bw’i Yudaya,


Anasi na Kayafa na bo bari abaherezi bakuru. Ico gihe ni ho ijambo ry’Imana ryaza kuri Yohana mwene Zakariya ari mu bugaragwa.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite