Luka 9:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe8 abandi bakavuga ngo Eliya yabiyeretse, abandi na bo bakibaza ngo ni umwe mu bavugishwa n’Imana ba kera yazutse mu bapfuye. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 abandi bati Ni Eliya yiseruye; abandi bati N’umwe mu bāvugishwa n’Imana ba kera yazutse. Gade chapit la |