Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 9:59 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

59 Yesu aca abarira uwundi muntu ati: “Nkurikira.” Ariko wa muntu aramwishura ati: “Mwami, ndeka mbanze ngende mpambe data.”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

59 Maz’ abarira uwundi muntu, ati Nkurikira. Na we, ati Mugenzi, banza undekure ngende mpambe data.

Gade chapit la Kopi




Luka 9:59
8 Referans Kwoze  

Hanyuma Yesu aca abwira abigishwa biwe ati: “Umuntu wese agomba kuba umwigishwa wanje, ategerezwa kwiheba, akikorera umusaraba wiwe, akankurikira.


Ahubwo, nimubanze mwitwararike Ubwami bw’Imana no kugororoka kwayo, hanyuma ivyo na vyo izobibaha nk’inyongera.


Yesu avuye aho, abona umutozakori yitwa Matayo yicaye aho yatoreza ikori, amubwira ati: “Nkurikira.” Matayo aca ava hasi, aramukurikira.


Yesu aramubwira ati: “Reka abapfuye bahambe abapfuye babo, ariko wewe genda uvuge ivy’Ubwami bw’Imana.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite