Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 9:57 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

57 Bari mu nzira bagenda, umuntu umwe araza abarira Yesu ati: “Nditeguye kugukurikira aho uja hose.”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

57 Bariko baragenda mu nzira, umuntu aramubgira, ati Ndagukurikira ah’ uja hose.

Gade chapit la Kopi




Luka 9:57
6 Referans Kwoze  

Petero aramubwira ati: “Mwami, ni kuki ntogukurikira ubu? Nditeguye no gupfa ndakuzira!”


Igihe ciwe co kuduzwa mw’ijuru cegereje, Yesu afata ingingo yo kuja i Yerusalemu.


Nuko baca baja mu yindi mihana.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite