Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 9:54 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

54 Abigishwa biwe Yohana na Yakobo babibonye, babaza Yesu bati: “Mwami, duhamagare umuriro ukoroke uvuye mw’ijuru ubatongore?”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

54 Abigishwa biwe Yakobo na Yohana, babibonye, baramubaza, bati Mugenzi, ugomba ko tubarira umuriro ng’ utibuke uve mw ijuru, ubayigize, nk’uko Eliya yakoze?

Gade chapit la Kopi




Luka 9:54
14 Referans Kwoze  

Ku mutwe umwe w’ico gikoko hari igikomere giteye ubwoba, cashobora kucica, ariko ico gikomere gica kirakira. Maze isi yose itangarira cane ico gikoko, iranagikurikira.


Yakobo na Yohana bene Zebedayo (na bo abita Bowanerige, bisigura ngo abana b’inkuba);


Yesu aca arahindukira, arabakankamira [ati: “Ntimuzi impwemu ibakoresha iyo ari yo! Umwana w’Umuntu ntiyazanywe no guhonya abantu, ahubwo yazanywe no kubakiza.”]


Gica gikora ibimenyetso n’ibitangaza bihambaye, mbere kikamanura n’umuriro ukava kw’ijuru ugakorokera kw’isi abantu bose barorera.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite