Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 9:52 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

52 Aca arungika abamwitangira imbere, baja mu mihana y’i Samariya kugira ngo bamutegurire aho azoshikira.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

52 atuma integuza imbere yiwe. Ziragenda, zija mu mihana y’Abasamariya kumuteguriza.

Gade chapit la Kopi




Luka 9:52
13 Referans Kwoze  

Abo cumi na babiri Yesu arabarungika, ababwiye ati: “Ntimuje mu Banyamahanga canke ngo mwinjire mu bisagara vy’i Samariya.


Amushikiriye, yikubita imbere y’ibirenge vyiwe, aramushimira. Kandi yari Umusamariya.


Ariko mu nyuma haza Umusamariya, ashika aho wa muntu arambaraye. Amubonye, amutera ikigongwe.


Ivyo biheze, Umwami Yesu aca arungika abandi mirongo irindwi na babiri, abarungika ari babiri babiri, ngo babe baramwitangira imbere mu bisagara n’ahandi hantu hose yari yimirije kuja.


Abayuda baramwishura bati: “Ntitwihenze aho twavuga ko uri Umusamariya kandi ko uboshwe n’umudayimoni!”


Kuko uwo ni we Ivyanditswe bivugako ngo: ‘Ngira ndungike intumwa yanje imbere yawe, igutegurire inzira.’


Yesu ariko araja i Yerusalemu, aca ku rubibe rwa Samariya na Galilaya.


Mu kujayo, vyabaye ngombwa ko aca i Samariya.


Nuko ashika mu gisagara c’i Samariya citwa Sukara, hafi y’itongo Yakobo yari yarahaye umuhungu wiwe Yosefu.


Wa Musamariyakazi aramubwira ati: “Wewe uri Umuyuda nanje ndi Umusamariyakazi. Bigenda gute ngo unsabe amazi yo kunywa?” (Mu bisanzwe, Abayuda n’Abasamariya baranenana.)


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite