Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 9:46 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

46 Maze haduka impari hagati mu bigishwa bashaka kumenya umukuru muri bo.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

46 Kandi havyuka ibihāri muri bo, vy’umukuru wabo uw’ ari we.

Gade chapit la Kopi




Luka 9:46
13 Referans Kwoze  

Narandikiye ishengero; ariko Diyotirefe, akunda kwishira imbere, ntiyemera ikibanza cacu nk’abarongozi.


Ntihakagire ico mukora musunitswe n’ukwikunda canke n’ukwishira hejuru, ariko mu kwicisha bugufi, mushire abandi imbere.


Mukore vyose mutidodomba kandi mudaharira,


Urukundo rwanyu rurangwe no kugiriranira igishika nk’abavukana, kandi umuntu wese anezerezwe no gushira imbere mugenziwe.


Nisunze ubuntu nahawe n’Imana, ndahanuye umuntu wese muri mwebwe ngo ntiyifate uko atari mu kwiyumvira ko ari uwuhambaye, ariko yicishe bugufi mu kwifata uko ari, yisunze urugero rwo kwizera Imana yamuhaye.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite