Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 9:43 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

43 Abari ngaho bose batangazwa cane n’ububasha bukomeye bw’Imana. Bagitangajwe n’ivyo yari ahejeje gukora, Yesu abwira abigishwa biwe ati:

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

43 Bose batangazwa n’icubahiro gihambaye c’Imana. Ariko bose bagitangarira ivyo yakoze vyose, abarira abigishwa biwe,

Gade chapit la Kopi




Luka 9:43
14 Referans Kwoze  

Umusi umwe, bakoraniye i Galilaya, Yesu abwira abigishwa biwe ati: “Umwana w’Umuntu agiye gutabwa mu maboko y’abantu.


Ntitwakurikiye imigani yashizweho n’ubwenge bw’abantu gusa igihe twababwira ivyo kuza mu bushobozi kw’Umwami wacu Yesu Kristo, ariko twebwe twari ivyabona, kuko twiboneye ubwiza bwiwe bw’akaburarugero.


Yesu aca abaza ba bigishwa ati: “Ukwizera kwanyu kuri he?” Maze baratangara, bagira n’ubwoba bwinshi, batangura kubazanya bati: “Mbega uwu ni umuntu ki? Ategeka umuyaga n’amazi kandi bikamwumvira!”


Abari ngaho bose baratangara cane kandi bagira n’ubwoba, bahimbaza Imana bavuga bati: “Uwu musi amaso yacu abonye ibitangaza!”


Abantu bose baratangara cane, babwirana bati: “Ijambo ry’uwu muntu rirakomeye! Rifise ububasha n’inkomezi, kuko n’impwemu mbi na zo arazitegeka zikamwumvira, zigasohoka!”


Ivyo Petero yabivuze kubera we n’abo bari kumwe bari batangajwe cane n’ubwinshi bw’ifi bari bahejeje kuroba.


Nuko atambukira mu bwato maze umuyaga uca urahagarara. Na bo baratangara cane,


Bariko baramuzana, ya dayimoni imukubita hasi iramujegeza. Ariko Yesu akankamira iyo mpwemu ihumanye, akiza uwo muhungu, amusubiza se.


Ako kanya nyene aca arahumuka, akurikira Yesu ashima Imana. Abari aho bose babibonye bashima Imana.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite