Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 9:37 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

37 Bukeye, bariko baramanuka bava kuri uwo musozi, abantu isinzi baza gusanganira Yesu.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

37 Bukeye bg’aho bamanutse ico gisozi, ishengero ryinshi riramusanganira.

Gade chapit la Kopi




Luka 9:37
3 Referans Kwoze  

Umwe muri abo bantu arasemerera ati: “Ndakwinginze untabarire umuhungu wanje, kuko ndamufise ari umwe.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite