Luka 9:25 - Bibiliya mu Kirundi coroshe25 Vyomarira iki umuntu kuronka ubutunzi bw’isi bwose ariko akabura ubugingo canke akabwonona? Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)25 Kand’ umuntu vyomumarira iki kwunguka ivyo mw isi vyose, ni yabura ubugingo bgiwe, canke ni yabgakwa kw icīru? Gade chapit la |