Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 9:24 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

24 Kuko uwugomba gukiza ubugingo bwiwe azobubura, ariko uwubuheba ku bwanje azobukiza.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

24 Kuk’ ūgomba gukiza ubugingo bgiwe azobubura; arik’ ūzoheba ubugingo bgiwe kubganje azobukiza.

Gade chapit la Kopi




Luka 9:24
8 Referans Kwoze  

Uwugomba gukiza ubugingo bwiwe azobubura, ariko uwuzobuheba azobukiza.


Umuntu wese akunda ubuzima bwiwe muri iyi si azobubura, ariko umuntu wese yanka ubuzima bwiwe muri iyi si azobuzigama ibihe bidashira.


Ntuterwe ubwoba n’imibabaro ugiye gucamwo, kuko wa mubi agiye gushira bamwe muri mwebwe mw’ibohero kugira ngo akugerageze. Muzobabazwa imisi cumi. Ariko niwaguma mu bwizigirwa gushika ku gupfa, nzoguha igitsibo c’ubugingo.


Bamuneshesheje amaraso y’Umwagazi hamwe n’ijambo ryo gushinga intahe. Bemeye guheba ubuzima bwabo, ntibatinya urupfu.


Abagore bazuriwe ababo bakuwe mu rupfu. Ariko hari n’abishwe bahohotewe kuko banse kwihakana Imana ngo barekurwe. Bashaka kuzukira ubuzima burusha ubu kuba bwiza.


Umuntu wese agerageza kwironkera ubuzima azobubura, ariko uwubutanga ku bwanje azoburokora.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite