Luka 9:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe18 Umusi umwe Yesu yariko arasenga yiherereye, ari kumwe n’abigishwa biwe. Arababaza ati: “Mbega abantu bavuga ko ndi nde?” Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)18 Maze yarikw arasenga yiherereye, abigishwa biwe bāri kumwe na we; arababaza, at’ Abantu bagira ngo ndi nde? Gade chapit la |