Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 8:55 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

55 Ubwo nyene impwemu y’abazima imusubiramwo, arahaguruka. Maze Yesu ababwira ngo bamugaburire.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

55 Ubugingo bgiwe buragaruka, aca ava hasi uwo mwanya; Yesu ababarira ngo bamugaburire.

Gade chapit la Kopi




Luka 8:55
6 Referans Kwoze  

Wa muntu yari yarapfuye arasohoka, amaboko n’ibirenge vyiwe bikizingiriyeko impuzu bamuhamvyemwo, mu maso hiwe hazingiriyeko igitambara. Yesu arababwira ati: “Nimumubohore, mumureke agendagende.”


Maze Yesu arabihaniza ashimitse ngo ntihagire umuntu n’umwe babwira ivyabaye, yongera ababwira ngo bagaburire uwo mwana.


Yesu aca afata ukuboko kwa wa mukobwa, amubwira ati: “Mwana wanje, vyuka!”


Abavyeyi biwe baratangara cane, ariko Yesu arabihanikiriza ngo ntihagire uwo babwira ivyabaye.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite