Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 8:52 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

52 Ico gihe abantu bose bariko baramuririra. Yesu arababarira ati: “Nta co murira kuko ntiyapfuye, ahubwo arasinziriye.”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

52 Asanga bamuririra bose, bīshishitira. Arababarira, ati Nta co murira, ntahwereye, arikw arasinziriye.

Gade chapit la Kopi




Luka 8:52
14 Referans Kwoze  

Yesu avyumvise, aravuga ati: “Ingwara ya Lazaro si iyo kumwica. Ahubwo ni iyo kwerekana icubahiro c’Imana, kugira ngo Umwana w’Imana ahabwe icubahiro biciye muri yo.”


Maze abantu isinzi baramukurikira, harimwo n’abagore bagenda baramuririra baboroga.


‘Twabavugirije umwironge, ariko ntimwatamba; hanyuma tubaririmbira iz’ikigandaro ntimwarira.’


Ashitse mu nzu kwa Yayiro ntiyemera ko hagira umuntu n’umwe binjirana, kiretse Petero, Yohana, na Yakobo, hamwe na se na nyina b’uwo mwana.


Na bo baramutwenga, kuko bari bazi neza ko umwana yapfuye.


Rya sinzi ry’abantu bari bakoraniye aho baje gushengerera ibiriko biraba babonye ibibaye, basubira inyuma buzuye umubabaro, bishishitira.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite