Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 8:51 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

51 Ashitse mu nzu kwa Yayiro ntiyemera ko hagira umuntu n’umwe binjirana, kiretse Petero, Yohana, na Yakobo, hamwe na se na nyina b’uwo mwana.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

51 Ashitse ku nzu, ntiyagira uwundi muntu akundira kwinjirana na we, atari Petero na Yohana na Yakobo, na se wa nya mukobga na nyina.

Gade chapit la Kopi




Luka 8:51
13 Referans Kwoze  

Haheze nk’imisi umunani Yesu ababwiye ivyo, ahitana Petero, Yohana na Yakobo, baduga ku musozi gusenga.


Nuko ajana na Petero, na Yakobo na Yohana maze atangura kugira agahinda kenshi cane no guhagarika umutima.


Maze Petero arabataramura bose, aca arapfukama arasenga. Hanyuma ahindukirira ikiziga, avuga ati: “Tabita, vyuka!” Nuko tabita arakanura. Abonye Petero, aca aravyuka aricara.


Simoni, uwo Yesu yise Petero, mwene nyina Andereya, Yakobo, Yohana, Filipo, Baruteremi,


Yesu avyumvise aca abarira Yayiro ati: “Ntutinye, ariko wizere, araja gukira.”


Ico gihe abantu bose bariko baramuririra. Yesu arababarira ati: “Nta co murira kuko ntiyapfuye, ahubwo arasinziriye.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite