Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 8:5 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

5 “Habaye umurimyi yagiye kubiba imbuto ziwe. Ariko arabiba, zimwe zigwa i ruhande y’inzira, abantu barazihonyanga, inyoni zo mu kirere na zo zirazinobagura.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

5 at’ Umubivyi yasohoye imbuto ziwe; akibiba, zimwe zigwa i ruhande y’inzira, barazikandagira, inyoni zo mu kirēre zirazinobagura.

Gade chapit la Kopi




Luka 8:5
15 Referans Kwoze  

Ni co gituma dutegerezwa kwitwararika cane ukuri twumvise, kugira ngo ntituzimire tukakuvamwo.


Abantu bamwe bafise imitima imeze nk’i ruhande y’inzira. Bagiheza kwumva iryo jambo, Satani araza akiba iryo jambo ritewe mu mitima yabo.


Arabishura ati: “Uwabivye imbuto nziza ni Umwana w’Umuntu.


Muri umunyu mu bantu bo mw’isi. Ariko iyo umunyu utakaje uburyohe bwawo, mbega bwowusubiramwo gute? Nta co uba ukimaze atari ugutabwa hanze abantu bakawucako.


Umusi umwe, abantu isinzi bakorana bavuye mu bisagara bitandukanye, maze Yesu abacira uwu mugani ati:


Izindi zigwa ku rutare; zimeze zica ziruma kuko hatari habomvye.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite