Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 8:46 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

46 Yesu aravuga ati: “Hari umuntu yankozeko kuko hari ubushobozi numvise bumvuyemwo.”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

46 Yesu aramubgira, ati Har’ ūnkozeko, kuko numvise ubushobozi bumvuyemwo.

Gade chapit la Kopi




Luka 8:46
4 Referans Kwoze  

kandi abantu bose bagerageza kumukorako, kuko ububasha bwo gukiza ingwara bwamuvamwo bugakiza abantu bose.


Umusi umwe Yesu yariko arigisha, kandi bamwe mu Bafarisayo n’abigisha b’ivyagezwe bari ngaho; bari baje bava mu bisagara bitandukanye vy’i Galilaya, i Yudaya n’i Yerusalemu; kandi ububasha bw’Umwami Imana bwo gukiza ingwara bwari kuri Yesu.


Ariko mweho muri ubwoko bwatoranijwe, abaherezi b’Umwami, ihanga ryejejwe Imana yiharije, kugira ngo mukwize ishimwe ryayo, yo yabahamagaye ikabakura mu mwijima, ikabazana mu muco wayo utangaje.


Wa mugore abonye atagishoboye kwinyegeza, aca aza ajugumira, yikubita imbere y’ibirenge vya Yesu, aca amubwirira imbere ya bose icatumye amukorako, kandi ko yaciye akira ako kanya nyene.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite