Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 8:45 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

45 Yesu aca arabaza ati: “Ni nde ankozeko?” Bose babihakanye, Petero aramubwira ati: “Mwigisha, abantu ni benshi kandi bariko barakugunda.”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

45 Yesu arabaza, ati Ni nde ankozeko? Bose bahakanye, Petero n’abāri kumwe na we baramwishura, bat’ Erega Mwigisha, n’ishengero rigutaye hagati rikubānda.

Gade chapit la Kopi




Luka 8:45
5 Referans Kwoze  

Arabishura ati: “Nimubagaburire mwebwe nyene.” Na bo baramubwira bati: “Erega dufise imikate itanu n’ifi zibiri gusa. None ushaka ko tuja gusuma ibikwiye isinzi ry’abantu nk’iri.”


Simoni aramwishura ati: “Mwigisha, twakoze ijoro ryose turaruha, ariko ntitwaronka ifi n’imwe. Yamara ko ubivuze, reka nterere insenga.”


Aca yegera Yesu amuturutse inyuma, akora ku musozo w’impuzu yiwe. Ubwo nyene kwa kuva amaraso guca kurahera.


Kuko igihe kizogushikako, aho abansi bawe bazokwubaka ibirindiro impande zawe zose, bagukikuze, bagusugereze impande zose.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite