Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 8:37 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

37 Nuko abantu bose bo mu ntara ya Gerasene baca binginga Yesu ngo abavireho, kuko bari bagize ubwoba bwinshi. Yesu aca yurira ubwato arigira.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

37 Abantu bose bo mu gihugu c’Abageraseni gikikije aho baramwinginga ngw ave i wabo, kuko bāri batewe n’ubgoba bginshi. Atambukira mu bgato, asubira inyuma.

Gade chapit la Kopi




Luka 8:37
16 Referans Kwoze  

Baca baja kubahoyahoya, babasohora ibohero, babaherekeza babinginga ngo bave muri ico gisagara.


Uwubumvira ni jewe aba yumviye, kandi uwubanka ni jewe aba yanse. Uwunyanse na we aba yanse uwantumye.”


Nuko baca baja mu yindi mihana.


Aho batazobakira, muzokunkumure umukungugu wo mu birenge vyanyu, kugira ngo bizobabere icagiriji.”


Abonye Yesu, aca akoma induru, yikubita ku birenge vyiwe, asemerera n’ijwi rirenga ati: “Undonderako iki ga Yesu, Mwana w’Imana Musumbavyose? Ndakwinginze ntuntoteze!”


Simoni Petero abibonye, apfukama imbere ya Yesu, amubwira ati: “Mwami, igira kure yanje kuko ndi umunyavyaha!”


Maze abo bantu baca binginga Yesu ngo abavire mu ntara.


Ubwo nyene abantu bose bo muri ico gisagara baja gutegera Yesu, bamubonye baramwinginga ngo abavire mu ntara.


Ababonye uko vyagenze baca babiganira ingene uwo muntu yari aboshwe n’abadayimoni yakize.


Wa mugabo yakize abadayimoni yinginga Yesu ngo bajane, ariko Yesu aramwankira, amubwira ati:


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite