Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 8:36 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

36 Ababonye uko vyagenze baca babiganira ingene uwo muntu yari aboshwe n’abadayimoni yakize.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

36 Abābibonye babīgānira ingen’ uwari yinjiwemwo n’abadayimoni yakijijwe.

Gade chapit la Kopi




Luka 8:36
2 Referans Kwoze  

Nuko inkuru ziwe zikwiragira hose, gushika no muri Siriya. Bamuzanira abarwayi bose: abafise ububabare butandukanye, ababoshwe n’abadayimoni, abarwaye intandara, hamwe n’abatikakaza kubera bababara mu mubiri; bose arabakiza.


Nuko abantu bose bo mu ntara ya Gerasene baca binginga Yesu ngo abavireho, kuko bari bagize ubwoba bwinshi. Yesu aca yurira ubwato arigira.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite