Luka 8:34 - Bibiliya mu Kirundi coroshe34 Abari baragiye izo ngurube babibonye baca bariruka, baja kubivuga mu gisagara no mu mihana. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)34 Abāziragira babibonye barahunga, babivuga mu gisagara no mu misozi. Gade chapit la |