Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 8:32 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

32 Hafi y’aho hari umukuku w’ingurube nyinshi zari ziragiwe ku musozi. Abo badayimoni binginga Yesu ngo abarungike muri izo ngurube, maze arabemerera.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

32 Kandi hār’ umukuku w’ingurube nyinshi zirisha kur’ uwo musozi; baramwinginga ngw abemerere kuzinjiramwo: arabemerera.

Gade chapit la Kopi




Luka 8:32
16 Referans Kwoze  

Ya myaka igihumbi iheze, Satani azorekurwa ave mw’ibohero ryiwe,


Ariko mwebwe, bana nkunda, muva ku Mana kandi mwaranesheje abo bavugishwa b’ibinyoma, kuko Mpwemu aba muri mwebwe aruta impwemu iri mu b’isi.


Yesu aramwishura ati: “Nta bubasha wari umfiseko iyo utabuhabwa n’Imana. Ni co gituma uwakunshikirije yakoze icaha kiruta icawe.”


Ntimugahe ivyera vy’Imana imbwa, kandi ivy’agaciro kanini vyanyu, ntimukabiterere ingurube, kuko zohava zibihonyanga, hanyuma zikabahindukirira zikabatabagura.


Ba badayimoni binginga Yesu ngo ntabarungike i kuzimu.


Nuko ba badayimoni bava muri wa muntu, binjira muri za ngurube, na zo ziriruka zimanuka, zisuka mu kiyaga zicwa n’amazi.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite