Luka 8:31 - Bibiliya mu Kirundi coroshe31 Ba badayimoni binginga Yesu ngo ntabarungike i kuzimu. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)31 Baramwinginga ngo ntababarire kuja i kuzimu. Gade chapit la |
Kirya gikoko wabonye, carigeze kubaho ariko ubu ntikikiriho, ariko kizogaruka vuba kivuye i kuzimu, kije kurandurwa. Ababa kw’isi batandikishije amazina yabo mu gitabu c’ubugingo kuva isi ikiremwa bazotangara nibabona ico gikoko, kuko cigeze kubaho, ubu kikaba kitakiriho, hanyuma kikazoba kizogaruka.