Luka 8:21 - Bibiliya mu Kirundi coroshe21 Yesu amwishura ati: “Mama na bene mama ni abo bumva ijambo ry’Imana bakaryumvira.” Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)21 Na we arabishura, ati Mama na bene mama n’aba bumva ijambo ry’Imana bakarikora. Gade chapit la |