Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 8:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

2 hamwe n’abagore bakize impwemu mbi n’izindi ngwara, ari bo Mariya Magadalena yirukanywemwo abadayimoni indwi,

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

2 n’abagore bamwe bākijijwe impwemu mbi n’indwara, Mariya ari we Magadalene, abadayimoni ndwi bāri baramuvuyemwo,

Gade chapit la Kopi




Luka 8:2
11 Referans Kwoze  

Yesu amaze kuzuka, mu gatondo ku musi wa mbere w’indwi, yabanje kwiyereka Mariya Magadalena, uwo yari yarirukanyemwo abadayimoni indwi.


Hafi y’umusaraba wa Yesu, hari hahagaze nyina, nyinabo, Mariya muka Kilopa na Mariya Magadalena.


Bose bakoranira hamwe bahuje umutima n’inama mu masengesho, bari kumwe na Mariya nyina wa Yesu n’abandi bagore, hamwe na bene nyina ba Yesu.


Nuko ba bagore bavana na Yesu i Galilaya, bakurikira Yosefu, barabona ya mva, babona n’ukuntu ikiziga ca Yesu kiryamitsweyo.


Ariko abari bazi Yesu, harimwo na ba bagore bari bamukurikiye kuva i Galilaya, bagumye bahagaze aho bakurikiranira kure ivyariko biraba.


Maze abantu isinzi baramukurikira, harimwo n’abagore bagenda baramuririra baboroga.


Yesu aramubaza ati: “Witwa nde?” Na we arishura ati: “Nitwa Gitero,” kuko yarimwo abadayimoni benshi.


Isabato iheze, Mariya Magadalena, Mariya nyina wa Yakobo na Salome baja kugura amavuta amota neza kugira ngo baje kuyasiga umubiri wa Yesu.


Nuko inkuru ziwe zikwiragira hose, gushika no muri Siriya. Bamuzanira abarwayi bose: abafise ububabare butandukanye, ababoshwe n’abadayimoni, abarwaye intandara, hamwe n’abatikakaza kubera bababara mu mubiri; bose arabakiza.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite