Luka 8:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe15 Ariko hari n’abandi bameze nk’ivu ryiza. Abo ni abakirana ijambo ry’Imana umutima mwiza utagira uburyarya, kandi bakarigumya; maze kubera ukwihangana, bakama ivyamwa vyinshi. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)15 Izo mw ivu ryiza n’abumvise iryo jambo bakarigumya mu mitima myiza itunganye, bakāmishwa imbuto n’ukwihangana. Gade chapit la |