Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 7:46 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

46 Ntiwansize amavuta ku mutwe, ariko we yansize amavuta amota cane ku birenge.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

46 Ntiwansutse amavuta ku mutwe: arik’ uyu ansīze amavuta atāmirana ku birenge.

Gade chapit la Kopi




Luka 7:46
11 Referans Kwoze  

Ariko wewe, iyo wisonzesheje, woge mu maso hanyuma wisige amavuta mu mutwe,


Nuko rero ndakubwire, yerekanye urukundo rwinshi kuko yahariwe ivyaha vyiwe vyinshi. Ariko uwahariwe bike, yerekana urukundo ruke.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite