Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 7:31 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

31 Yesu yongera kubabwira ati: “Mbega ab’uru runganwe nobagereranya n’iki? Bameze gute?

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

31 Nukw abantu b’iki gihe ndabagereranya n’iki, kandi basa n’iki?

Gade chapit la Kopi




Luka 7:31
6 Referans Kwoze  

Yesu yongera kuvuga ati: “Mbega Ubwami bw’Imana twobugereranya n’iki? Twokoresha uwuhe mugani mu kubusigura?


Nuko rero, umuntu wese yumva amajambo yanje akayashira mu ngiro, ameze nk’umwubatsi w’ubwenge yubatse inzu yiwe ku rutare;


Ariko Abafarisayo n’abigisha b’ivyagezwe bo banka umugambi w’Imana kuri bo, kuko bari baranse ko Yohana ababatiza.)


Bameze nk’abana bicaye ku mbuga, bahamagara bagenzi babo bakababarira bati: ‘Twabavugirije umwironge, ariko ntimwatamba; hanyuma tubaririmbira iz’ikigandaro, ntimwarira.’


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite