Luka 7:30 - Bibiliya mu Kirundi coroshe30 Ariko Abafarisayo n’abigisha b’ivyagezwe bo banka umugambi w’Imana kuri bo, kuko bari baranse ko Yohana ababatiza.) Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)30 arikw Abafarisayo n’abigisha ivyagezwe bībujije inama z’Imana, kuko batābatijwe na we. Gade chapit la |