Luka 7:29 - Bibiliya mu Kirundi coroshe29 (Maze abantu bose, harimwo n’abatozakori, bumvise ayo majambo ya Yesu, baca baremera ko inzira z’Imana zigororotse, kuko bari babatijwe na Yohana. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)29 Kand’ abantu bose n’abatozakori bumvise Yohana bemeye ukugororoka kw’ Imana, kuko bābatijwe na Yohana: Gade chapit la |