Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 7:21 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

21 Ako kanya nyene Yesu aca akiza abantu benshi bari bafise ingwara n’ubumuga butandukanye, ababoshwe n’impwemu mbi, ahumura n’impumyi nyinshi.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

21 Mur’ ako kanya akiza benshi indwara n’ivyago n’impwemu mbi; n’impumyi nyinshi arazihumūra.

Gade chapit la Kopi




Luka 7:21
12 Referans Kwoze  

kuko yari yakijije abantu benshi bituma abarwaye bandi barondera kumukorako.


kuko Uhoraho aha indero abo akunda, kandi ahana abo yemera ko ari abana biwe.”


Yesu aramubwira ati: “Mwana wanje, ukwizera kwawe kuragukijije, igire amahoro kandi ukire icago cawe.”


Ubwo nyene ya maraso arahagarara, yumva mu mubiri wiwe ko akize ingwara yiwe.


Ico gihe Yesu agendagenda mu ntara yose ya Galilaya yigishiriza mu masinagogi yaho, avuga Ubutumwa Bwiza bw’Ubwami, akiza abantu ingwara zose n’ubumuga bwose.


Nuko inkuru ziwe zikwiragira hose, gushika no muri Siriya. Bamuzanira abarwayi bose: abafise ububabare butandukanye, ababoshwe n’abadayimoni, abarwaye intandara, hamwe n’abatikakaza kubera bababara mu mubiri; bose arabakiza.


Bashikiriye Yesu bamubwira bati: “Yohana Umubatizi adutumye ngo tukubaze: ‘Woba uri umwe yategerezwa kuza, canke turindire uwundi?’ ”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite