Luka 7:20 - Bibiliya mu Kirundi coroshe20 Bashikiriye Yesu bamubwira bati: “Yohana Umubatizi adutumye ngo tukubaze: ‘Woba uri umwe yategerezwa kuza, canke turindire uwundi?’ ” Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)20 Abo bagabo bamushikiriye, baramubgira, bati Yohana Umubatizi yakudutumyeko, ngo Mbeg’ uri wa wundi akwiye kuza, canke twitege uwundi? Gade chapit la |