Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 7:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

15 Wa muhungu yari yapfuye aravyuka, atangura kuvuga, Yesu aca amusubiza nyina.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

15 Uwari yapfuye aravyuka, aricara, atangura kuvuga; Yesu amuha nyina.

Gade chapit la Kopi




Luka 7:15
6 Referans Kwoze  

Maze Yesu yegera isandugu yarimwo ikiziga, abari bayiteruye baca barahagarara. Hanyuma avuga ati: “Muhungu, ndakubwiye, haguruka!”


Abari aho bose baterwa n’ubwoba, bongera bashima Imana, bati: “Uwuvugishwa n’Imana ahambaye yatwiyeretse, Imana yaje gutabara abantu bayo.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite