Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 7:11 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

11 Inyuma y’ivyo Yesu aca amanuka mu gisagara citwa Nayini, ari kumwe n’abigishwa hamwe n’isinzi ry’abantu bamukurikiye.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

11 Hashize igihe gitoya, aja mu gisagara citwa Nayini: abigishwa biwe n’ishengero ryinshi bajana na we.

Gade chapit la Kopi




Luka 7:11
3 Referans Kwoze  

ingene Imana yarobanuje Yesu w’i Nazareti Mpwemu Yera n’ubushobozi, n’ukuntu yagendagenda hose agira neza, akiza n’abari mu gacinyizo ka wa mubi, kuko Imana yari kumwe na we.


Maze bamwe bari batumwe baragaruka, basanga wa mukozi yakize.


Ageze hafi y’irembo ry’igisagara, haza abantu bagiye guhamba umuntu. Yari umuhungu w’ikinege kandi nyina yari umupfakazi. Hariho kandi n’isinzi ry’abantu bo muri ico gisagara bari bamuherekeje.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite