Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 7:1 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

1 Yesu ahejeje kwigisha abantu muri ayo majambo yose, aca aja i Kaperinawumu.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

1 Kand’ ahereje ayo majambo yiwe yose mu matwi y’abantu, aja i Kaperinawumu.

Gade chapit la Kopi




Luka 7:1
4 Referans Kwoze  

Ariko uwumva amajambo yanje ntayashire mu ngiro, ameze nk’uwubaka inzu kw’isi ahatagira umushinge. Iyo inzuzi zisuriranije kuri ya nzu, irasenyuka kandi isenyuka ryayo riba irikomeye.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite