Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 6:5 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

5 Yongera arababwira ati: “Umwana w’Umuntu ni we Mwami w’Isabato.”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

5 Kand’ arababgira, at’ Umwana w’umuntu n’Umwami w’isabato.

Gade chapit la Kopi




Luka 6:5
6 Referans Kwoze  

Yesu aca arababwira ati: “Isabato yashizweho ku neza y’umuntu, umuntu ntiyaremewe kuganzwa na yo,


Maze ku musi w’Umwami Imana, ndi muri Mpwemu, numva ijwi rivugira inyuma yanje rimeze nk’iry’inzamba isamirana,


Maze haza igicu kirabatwikira, hanyuma ijwi ryumvikanira muri ca gicu, rivuga riti: “Uwu ni Umwana wanje nkunda cane. Nimumwumvirize!”


Yinjiye mu nzu y’Imana, afata imikate yashikaniwe Imana arayirya; yongera ahako n’abari kumwe na we; kandi abaherezi ari bo bonyene bari bemerewe kuyirya.”


Ku wundi musi w’Isabato, Yesu yinjira mw’isinagogi, atangura kwigisha. Aho hari umugabo akongataye ukuboko kw’i buryo.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite