Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 6:40 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

40 Umwigishwa ntaruta umwigisha, ariko umwigishwa yigishijwe neza amera nk’umwigisha wiwe.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

40 Umwigishwa ntaruta umwigisha wiwe, arik’ umwigishwa wese arangije azoba nk’umwigisha wiwe.

Gade chapit la Kopi




Luka 6:40
5 Referans Kwoze  

Ndababwire ukuri, umukozi ntaruta shebuja, kandi intumwa ntiruta uwayitumye.


Mwibuke ivyo nababwiye: ‘Umukozi ntaruta shebuja.’ Nimba barampamye, namwe bazobahama. Nimba barakurikije inyigisho zanje, bazokurikiza n’izanyu.


Muzobona ibara yemwe bigisha b’ivyagezwe n’Abafarisayo, kuko muri indyarya! Mukwiragira hose ku misozi no mu biyaga murondera umuntu umwe ngo mumuhindure umunyedini, mumaze kumuronka mugaca mumuhindura incuro zibiri kuba uwo gutabwa muri Gehinomu, nk’uko muri!


Ni kuki ushinga ijisho akatsi kari mu jisho rya mugenzawe, ariko ntiwiteho inkingi y’igiti iri mu jisho ryawe?


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite