Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 6:39 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

39 Yesu abacira kandi uwu mugani ati: “Mbega impumyi yorongora iyindi mpumyi? Zose ntizohava zigwa mu kinogo?

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

39 Kand’ abacira umugani, ati Mbeg’ impumyi yoshobora kujana iyindi mpumyi? Zompi ntizogwa mu cobo?

Gade chapit la Kopi




Luka 6:39
14 Referans Kwoze  

Nimubihoze; ni impumyi zirongora izindi! Kandi iyo impumyi irongoye iyindi, zompi zigwa mu kinogo.”


Ariko abanyakibi bazoshika kure mu bibi vyabo. Bazozimiza benshi kandi na bo ubwabo bazokwizimiza.


Mwa nzoka mwe, ruvyaro rw’imvuvyi! Mwibaza ko muzokira mute urubanza rwa Gehinomu?


Wizigira ko uri indongozi y’impumyi, umuco w’abari mu mwijima,


Maze abigisha vyinshi mu migani, avuga ati: “Umubivyi yagiye kubiba imbuto ziwe.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite