Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 6:32 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

32 Nimwakunda ababakunda gusa, muzoba murushije iki abandi? Mbega abanyavyaha bo ntibakunda ababakunda?

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

32 Kandi ni mwakunda ababakunda, muzoshimwa iki? Kukw abanyavyaha na bo bagira bartyo.

Gade chapit la Kopi




Luka 6:32
3 Referans Kwoze  

Kandi nimwagirira neza ababagirira neza gusa, muzoba murushije iki abandi? Mbega abanyavyaha bo ntibabigenza batyo?


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite