Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 6:28 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

28 Muhezagire ababavuma, musengere ababagirira nabi.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

28 muhezagire ababavuma, musabire ababagirira nabi.

Gade chapit la Kopi




Luka 6:28
13 Referans Kwoze  

Ntimukihorane canke ngo mwishure uwubatutse. Ahubwo mubahezagire kuko ico ari co Imana yabahamagariye gukora ngo namwe muragwe umuhezagiro.


Dukoresha amaboko yacu tukaruha kugira ngo turonke ibidutunga. Duhezagira abatuvuma, tukihanganira guhamwa.


Muhezagire ababagirira nabi, ntimubavume ahubwo mubahezagire.


Mu kanwa kamwe hakavamwo uguhimbaza n’ukuvumana. Bene Data, uko si ko vyari bikwiye kumera.


Maze Yesu aravuga ati: “Data, bababarire, kuko ntibazi ico bariko barakora.” Maze bagabura impuzu za Yesu hakoreshejwe ubufindo.


Ariko ndababwire mwebwe munyumva: Nimukunde abansi banyu, mugirire neza ababanka.


Jeho ndababwiye nti: mukunde abansi banyu kandi musengere ababagirira nabi,


Aca agwa apfukamye, asemerera ati: “Mwami, ntubaharureko iki caha.” Ahejeje kuvuga ivyo, aca aracikana.


Ariko, mukunde abansi banyu, mubagirire neza. Mubagurane mutiteze ko babasubiza, ni ho impera yanyu izoba nini mw’ijuru. Aho muzoba mwerekanye vy’ukuri ko muri abana b’Iyisumbavyose, kuko igirira neza intashima n’abanyakibi.


Mu nyuma, Abayuda n’Abanyamahanga bamwe, bari kumwe n’abatware babo, baja inama yo kugirira nabi intumwa no kuzicisha amabuye.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite