Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 6:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

2 Bamwe mu Bafarisayo baramubaza bati: “Ni kuki mukora ikizira ku musi w’Isabato?”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

2 Bamwe mu Bafarisayo barababaza, bati N’iki gitumye mukora ikizira gukorwa kw isabato?

Gade chapit la Kopi




Luka 6:2
14 Referans Kwoze  

Abafarisayo babibonye, baca baramubwira bati: “Ehe raba abigishwa bawe bariko bakora ikizira ku musi w’Isabato!”


Nuko abakuru b’Abayuda batangura guhama Yesu, kuko yakoze ivyo ku musi w’Isabato.


Abafarisayo baramubaza bati: “Ni kuki abigishwa bawe bakora ibitemewe ku musi w’Isabato?”


Baca baramubaza bati: “Ni kuki abigishwa ba Yohana, co kimwe n’ab’Abafarisayo bisonzesha kenshi bongera basenga, ariko abawe bakaguma barya bongera banywa nk’uko bisanzwe?”


“Ni kuki abigishwa bawe batubahiriza imigenzo ya ba sogokuruza? Ntibakaraba imbere yo gufungura!”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite