Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 6:16 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

16 Yuda mwene Yakobo, na Yuda Isikariyote, ari we yahavuye amugurisha.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

16 na Yuda mwene Yakobo, na Yuda Isikaryota yabaye umuguranyi.

Gade chapit la Kopi




Luka 6:16
11 Referans Kwoze  

Nuko Yuda (atari Isikariyote) aramubaza ati: “Mwami, ni kuki ushaka kwihishurira twebwe, aho kwihishurira isi?”


Jewe Yuda, umukozi wa Yesu Kristo n’umuvukanyi wa Yakobo, Ndabandikiye mwebwe abahamagawe, mukundwa n’Imana Data kandi muzigamwe na Yesu Kristo:


kugira ngo abandanye iki gikorwa c’intumwa, ico Yuda yataye akaja ukwiwe.”


Andereya, Filipo, Baruteremi, Matayo, Toma, Yakobo mwene Alufayo, Tadeyo, Simoni Umuzelote,


hanyuma hakaza Filipo na Baruteremi; hagasubira Toma na Matayo umutozakori; Yakobo mwene Alufayo, na Tadeyo;


Matayo, Toma, Yakobo mwene Alufayo, Simoni Umuzelote,


Hanyuma Yesu ava kuri uwo musozi amanukana na bo, bashika ahantu hateze, bahasanga isinzi ry’abigishwa biwe, hamwe n’abandi bantu benshi bari baje bava i Yudaya, i Yerusalemu, no mu micungararo y’intara za Tiro na Sidoni yegereye ikiyaga,


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite