Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 5:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

9 Ivyo Petero yabivuze kubera we n’abo bari kumwe bari batangajwe cane n’ubwinshi bw’ifi bari bahejeje kuroba.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 Kukw atangaye, n’abāri kumwe na we bose, babonye ifi barovye.

Gade chapit la Kopi




Luka 5:9
8 Referans Kwoze  

maze abantu batangazwa n’inyigisho ziwe, kuko zarimwo ububasha.


(Yari yabuze ico avuga; kuko we na bagenziwe bari batekewe n’ubwoba.)


Abantu bose baratangara cane, babwirana bati: “Ijambo ry’uwu muntu rirakomeye! Rifise ububasha n’inkomezi, kuko n’impwemu mbi na zo arazitegeka zikamwumvira, zigasohoka!”


Simoni Petero abibonye, apfukama imbere ya Yesu, amubwira ati: “Mwami, igira kure yanje kuko ndi umunyavyaha!”


Bagenziwe, ari bo Yakobo na Yohana bene Zebedayo, bakorana na Simoni. Yesu abwira Simoni ati: “Ntutinye, kuko uhereye ubu, ugiye kuba umurovyi w’abantu.”


kandi abavyumva bose vyarabatangaza cane.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite