Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 5:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

6 Batereye insenga, baroba ifi nyishi cane, gushika aho insenga zitangura gutabuka.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

6 Babigize, baroba ifi nyinshi cane, insenga zabo zigomba gucika.

Gade chapit la Kopi




Luka 5:6
8 Referans Kwoze  

None bene Data nkunda, mushikame ntihagire ikibanyiganyiza. Mwihebere ibikorwa vy’Umwami kuko muzi neza ko ibikorwa vyanyu atari impfagusa mu Mwami.


Dukore ivyiza tudacika intege, kuko igihe gikwiye kigeze tuzokwimbura, nitutarambirwa.


Ariko benshi mu bumvise ubutumwa barizeye, igitigiri c’abizera kirongerekana gushika hafi ibihumbi bitanu.


Nuko abizeye ayo majambo ya Petero barabatizwa, abashika ibihumbi bitatu biyongera ku gitigiri c’abizera.


Baca bahamagara bagenzi babo bari mu bundi bwato ngo baze babafashe, maze buzuza ubwato bwabo bwompi gushika aho butangura kwibira.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite