Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 5:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

4 Ahejeje kwigisha, abarira Simoni ati: “Nimuterere insenga zanyu hagati mu kiyaga, murobe.”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 Ahejeje kuvuga, abarira Simoni, at’ Igira mw idamba, muterere insenga zanyu murobe.

Gade chapit la Kopi




Luka 5:4
3 Referans Kwoze  

Arababwira ati: “Nimuterere urusenga ku ruhande rw’i buryo bw’ubwato, muraronka.” Nuko baterera urusenga, maze ntibashobora kurukwega kubera ifi zari nyinshi.


Ariko, kugira ngo ntituboneke nabi imbere y’aba batoza iri kori, genda ku kiyaga utere igera urobe. Ifi ya mbere uza kuroba, uyasamike; maze urayisangamwo igiceri kinini c’ifeza coriha ikori ryawe n’iryanje, uheze ugitange.”


Simoni aramwishura ati: “Mwigisha, twakoze ijoro ryose turaruha, ariko ntitwaronka ifi n’imwe. Yamara ko ubivuze, reka nterere insenga.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite