Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 5:34 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

34 Yesu arabishura ati: “Mbega abatumire b’umukwe bokwisonzesha bakiri kumwe na we mu musi mukuru? Ntibishoboka!

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

34 Yesu arababaza, ati Mbega mwoshobora mute kugera abātowe ngo bisonzeshe, bakiri kumwe n’umukwe?

Gade chapit la Kopi




Luka 5:34
18 Referans Kwoze  

Erega umugeni ni uw’umukwe. Ariko umugenzi ahagarikiye umukwe amuhagarara i ruhande akamwumviriza, akanezerwa no kwumva ijwi ryiwe. Uwo ni wo munezero wanje kandi uruzuye.


Mfise ipfuhe ryinshi mu Mana ku bwanyu. Nabemereye ko muzogira ubukwe n’umugabo umwe gusa, ari we Yesu Kristo, kugira ngo nzobashikane imbere yiwe muri inkumi zitagira agatosi.


“Ubwami bw’ijuru bugereranywa n’umusi mukuru w’ubukwe umwami yateguriye umuhungu wiwe.


Yesu arabishura ati: “Mbega abatumire b’umukwe bogandara bakiri kumwe na we? Ariko hazogera aho umukwe abakurwamwo; ico gihe rero bazoheza bisonzeshe.


Baca baramubaza bati: “Ni kuki abigishwa ba Yohana, co kimwe n’ab’Abafarisayo bisonzesha kenshi bongera basenga, ariko abawe bakaguma barya bongera banywa nk’uko bisanzwe?”


Ariko hazogera aho umukwe abakurwamwo; ico gihe rero bazoheza bisonzeshe.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite