Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Luka 5:25 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

25 Ubwo nyene aca arahaguruka bose babibona, yikorera ca kirago, ataha ahimbaza Imana.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

25 Aca avyuka imbere yabo, yikorera inderuzo yar’ aryamyemwo, arataha, ahimbaza Imana.

Gade chapit la Kopi




Luka 5:25
12 Referans Kwoze  

Basubira gutumako wa muntu yahora ari impumyi ubugira kabiri, baramubwira bati: “Ubaha Imana, utubwire ukuri, kuko turazi ko urya muntu yagukijije ari umunyavyaha.”


Ako kanya nyene aca arahumuka, akurikira Yesu ashima Imana. Abari aho bose babibonye bashima Imana.


Aca amurambikako ibiganza. Ako kanya nyene, aca aragororoka, ahimbaza Imana.


Yesu aca aramvura ukuboko, amukorako. Aramubwira ati: “Ndabishatse, kira uhumanuke!” Ubwo nyene imibembe ica iramuvako.


Abantu babibonye, bagira ubwoba, hanyuma bahimbaza Imana yahaye umuntu ububasha bungana gutyo.


Wa muntu aca arahaguruka, aterura ikirago ciwe, asohoka bose babibona. Abantu bose baratangara, bahimbaza Imana bavuga bati: “Ntitwari bwabone ibintu nk’ibi!”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite